IBICAPO VY'ISHURE RY'ISABATO

Aha mushobora kuharonka Ivyigwa mu buryo bwa PowerPoint ku cigwa c'Ishure ry'Isabato ca buri yinga. Mushobora kubikoresha mu nteguro canke mu mugwi w'Ishure ry'Isabato.

Mushobora kuronka Ivyigwa vyashinguwe muciye kuri Ivyigwa vyarenganye

Vyashizwe mu Kirundi na: Aime Claude

Ivyigwa vy'igice ca 3 umwaka wa 2020
Ivyigwa vyo mu buryo bwa PowerPoint
12/09/2020
11. GUSABIKANYA N’ABANDI INKURU YA YESU
05/09/2020
10. UBURYO BUNEZEREJE BWO KWITANGIRA IGIKORWA
29/08/2020
09. GUTEZ’IMBERE UMWIFATO WO GUKIZA IMITIMA
22/08/2020
08. GUKORERA ABANDI NKA YESU
15/08/2020
07. GUSANGIRA N’ABANDI IJAMBO RY’IMANA
08/08/2020
06. UBUSHOBOZI BUTAGIRA IMBIBE
01/08/2020
05. GUSHINGA INTAHE KU BWA MPWEMU YERA
Imirongo yo gufata ku mutwe Igice ca 3 umwaka wa 2020
Memory verse, lesson 1 Memory verse, lesson 2 Memory verse, lesson 3 Memory verse, lesson 4 Memory verse, lesson 5 Memory verse, lesson 6 Memory verse, lesson 7 Memory verse, lesson 8 Memory verse, lesson 9 Memory verse, lesson 10 Memory verse, lesson 11 Memory verse, lesson 12 Memory verse, lesson 13

Ivyigwa vyakozwe na Sergio Fustero hamwe na Eunice Laveda, abizera b'Ishengero ry'Abadventiste b'Umusi w'Indwi muri Esupanye.

Mushobora kutuganiriza muciye kuri: escuelasabatica@fustero.es